Our Terms of Use and Privacy Policy have changed. We think you'll like them better this way.

BURUNDI NEWS: ESE MANDAT ZA PRESIDENT PIERRE NKURUNZIZA ZABA ZARUBAHIRIJWE ?

  • Broadcast in Politics Progressive
RadioItahuka

RadioItahuka

×  

Follow This Show

If you liked this show, you should follow RadioItahuka.
h:284593
s:7467717
archived

BURUNDI NEWS: ESE MANDAT ZA PRESIDENT PIERRE NKURUNZIZA ZABA ZURUBAHIRIJWE ?

Pascal Nyabenda, yamenyesheje kandi ko mu mugambwe CNDD FDD batangajwe n'urwandiko bamwe mu bari muri uwo mugambwe bandikiye umukuru w'igihugu bamutegegeka kudasubira kwitoza mu kibanza c'umukuru w'igihugu.

Avuga ko bazi neza ko mu mugambwe CNDD FDD ata wufata ingingo ku giti ciwe, ahubwo ari ikoraniro kaminuza ryonyene ry'umugambwe ryerekana uwo uwo mugambwe ushira imbere nico abanyagihugu bipfuza ko coshirwa imbere ariko k'ivyo vyose bavyirenganijhe.

Pascal Nyabenda aremeza ko abo banditse urwo rwandiko ibwirizwa nshingiro ry'Uburundi ribaha uburenganzira bwo gushikiriza iryo bagona ariko ko mu mugambwe CNDD bifise inzira bicamwo.

Facebook comments

Available when logged-in to Facebook and if Targeting Cookies are enabled