Our Terms of Use and Privacy Policy have changed. We think you'll like them better this way.

URUPFU RUDASOBANUTSE RWA COLONEL Jules MUTEBUTSI MU RWANDA I KIGALI.

  • Broadcast in Politics Progressive
  • 0 comments
RadioItahuka

RadioItahuka

×  

Follow This Show

If you liked this show, you should follow RadioItahuka.
h:284593
s:6447047
archived

HOST: Maître RUYENZI Schadrack

TOPIC:URUPFU RUDASOBANUTSE RWA COLONEL Jules MUTEBUTSI MU RWANDA I KIGALI.

Col Jules Mutebutsi. Yatabarutse kw’italiki 09/05/2014, mu bitaro bya Roi Faycal i Kigali. Biravugwa yuko yishwe n’indwara. Yafatiwe mu rugo iwe, bamwihutisha ku bitaro ngo barebe uko ameze. Agezeyo yahise yitaba Imana bidatinze

1° . COLONEL JULES MUTEBUTSI N’IMUNTU IKI?

N’UMUTUTSI W’UMUNYEKONGO WO MUBWOKO BWABANYAMULENGE

COLONEL JULES MUTEBUTSI YAVUTSE MURI 1960

MURI REPUBLIKA IHARANIRA DEMOKARASI YA CONGO –KINSHASA MURI SUD-KIVU MURI ZONE YA FIZI.

COLONEL JULES MUTEBUTSI YIJIYE IGIRIKARE CYA CONGO MUMWAKA WA 1988.

  •  

2°  JULES MUTEBUTSI YISHWE N’UBUROZI ?

3° NEL JULES MUTEBUTSI YISHWE N’URUPFU RUSANZWE ? 

4° ARAGARA N’UKO URUPFU RY’UYU MUVANDIMWE RURIMWO AMAYOBERA…

5° AMATEKA YA COLONEL JULES MUTEBUTSI.

Col Mutebutsi yamenyekanye cane mu ntambara nyinshi yarwanye mu gihugu ce ca Congo kinshasa Intambara ya nyuma abantu benshi bamwibukiraho n’iyabaye i Bukavu mu mwaka wa 2004, aho yarwanaga n’uwo yari yungirije Gen. Mbuza Mabe.

Imyaka 10 iruzuye ahunze iyo ntambara yo muri 2004. Iwe n’ingabo ze babanje gutuzwa mu kigo ca Ntendezi, i Cyangugu. MU RWANDA.  Nyuma baza gushirwa i Coko, ikigo cari giherereye i Gikongoro.

Nyuma ya nyakwigendera Col Patrick Karegeya, umusaza Kajangwe, Abdul Ruzibiza, tutibagiwe impunzi z’abahutu n’abakongomani ahora aca imitwe muri Congo, amakuru dukesha abasirikari 

 

 

Comments

 comments