Our Terms of Use and Privacy Policy have changed. We think you'll like them better this way.

INYESHYAMBA ZA M23 NDETSE N'AMATEKA YAZIRANZE

  • Broadcast in Politics Progressive
RadioItahuka

RadioItahuka

×  

Follow This Show

If you liked this show, you should follow RadioItahuka.
h:284593
s:5508605
archived

ngabo za ONU muri Republika iharanira Demokrasi ya Congo zatanguye kugaba ibitero ku birindiro vya M23 hafi ya Goma, umurwa mukuru w'intara ya Kivu ya ruguru nk'uko vyemezwa n'umuvugizi.

Uwo muvugizi yemeje ko ONU yagize ibitero vya kajugujugu n'ibisasu biremereye kugira bigize inyuma ingabo za M23.

Abetegetsi ba ONU bavuze ko umwe mu basirikare babo yishwe abandi batatu bagakomereka muri ico gikorwa cari ico gushigikira imgabo za leta ya Conngo zigwanya inyeshamba mu buraruko bwa Goma.

Abantu barenga 80 bivugwa ko bishwe mu ntambara iriko iraba kuva ku ndwi iheze.

Facebook comments

Available when logged-in to Facebook and if Targeting Cookies are enabled