Our Terms of Use and Privacy Policy have changed. We think you'll like them better this way.

M23 Yatsinzwe uruhenu. Hazakurikiraho iki?

  • Broadcast in Politics Progressive
RadioItahuka

RadioItahuka

×  

Follow This Show

If you liked this show, you should follow RadioItahuka.
h:284593
s:5584363
archived

HOST: GERVAIS CONDO

Hari amakuru avuga ko intumwa za leta ya Congo zoba zaravuye mu muji wa Kampala, ahabera ibiganiro.

Umuvugizi wa leta ya Congo Kinshasa, Lambert Mende, anegura umuhuza mur'ivyo biganiro vya Kampala, ko ariwe yatumye bidashobora kubandanya.

Ariko abo muri leta ya Uganda, isanzwe ifasha izo mpande zompi kumvikana mu nzira yo kugarura umutekano mu buseruko bwa Congo, bavuga ko ata ruhara babifisemwo.


andikira radioitahuka@gmail.com cyangwa utubwire niba hari ibyo uzi ushaka kutubwira hano kuri radio Itahuka

facebook/ijwi ryihuriro nyarwanda/itahuka

follow us on twitter: rnc_usa

call in to listen Live 347 945 6449


 

Facebook comments

Available when logged-in to Facebook and if Targeting Cookies are enabled