Our Terms of Use and Privacy Policy have changed. We think you'll like them better this way.

ABASILIKARE BA RDF BARAGWA KURUGAMBA ARI BESHI CYANE

  • Broadcast in Politics Progressive
RadioItahuka

RadioItahuka

×  

Follow This Show

If you liked this show, you should follow RadioItahuka.
h:284593
s:5179609
archived

HOST: Serge Ndayizeye

Topic: MONUSCO YATANGIYE KURWANA MURI CONGO KUMUGARAGARO

Ingabo za MONUSCO zivuga ko zatanguye kugaba ibitero ku birindiro vya M23 zishura ku bitero vy'uwo mutwe, vyahitanye abantu batanu mu muji wa Goma, barimwo umugore n'abana. Ariko umuhari M23 wabwiye BBC ko ingabo za leta arizo zasomboye intambara. Intambara yatanguye gukomera kuva ejo, aho ibisasu vya rocquette vyaguye mu micungararo y'igisagara ca Goma. Leta ya Congo iremeza ko hapfuye abantu nibura batanu, abandi benshi bagakomereka. andikira radioitahuka@gmail.com cyangwa utubwire niba hari ibyo uzi ushaka kutubwira hano kuri radio Itahuka  facebook/ijwi ryihuriro nyarwanda/itahuka  follow us on twitter: rnc_usa  call in to listen Live 347 945 6449

Facebook comments

Available when logged-in to Facebook and if Targeting Cookies are enabled