Our Terms of Use and Privacy Policy have changed. We think you'll like them better this way.

UMUCAMANZA YATANZE GASOPO KU RWANDA NDETSE NO KUBANDI BOSE BAFITE IYO MIGAMBI

  • Broadcast in Politics Progressive
RadioItahuka

RadioItahuka

×  

Follow This Show

If you liked this show, you should follow RadioItahuka.
h:284593
s:6892069
archived

HOST: Serge Ndayizeye

TOPIC: UMUCAMANZA YATANZE GASOPO KU RWANDA NDETSE NO KUBANDI BOSE BAFITE IYO MIGAMBI YO KWICA ABANTU MURI AFRICA YEPFO

Umushikirizamanza Shaun Abrahams yari yabasabiye igikano kinini gishoboka ku caha co gushaka kwica, n'ukuvuga imyaka 15.

Umucamanza Stanley Mkhari, akaba yasanze imyaka 8 y'igipfungo, kuri bane batsinzwe n'urubanza, ikwiye.

Ku bwiwe ngo ni nk'ubutumwa bukomeye cane cane kuri abo bose bacumbikiwe nk'impunzi canke bacaka ubuhunzi muri Afrika y'epfo.

Ngo yabarungikiye ubutumwa, ko ata n'umwe ashobora gukora icaha akagenda atabihaniwe aho muri Afrika y'epfo.

Uwuburanira aba bane bakatiwe Gloria Matlala, nawe yemeje ko agiye kunguruza urubanza.

Facebook comments

Available when logged-in to Facebook and if Targeting Cookies are enabled