Our Terms of Use and Privacy Policy have changed. We think you'll like them better this way.

MONUSCO YATANGIYE KURWANA KUMUGARAGARO MURI CONGO

  • Broadcast in Politics Progressive
RadioItahuka

RadioItahuka

×  

Follow This Show

If you liked this show, you should follow RadioItahuka.
h:284593
s:5174543
archived


Ingabo za MONUSCO zivuga ko zatanguye kugaba ibitero ku birindiro vya M23 zishura ku bitero vy'uwo mutwe, vyahitanye abantu batanu mu muji wa Goma, barimwo umugore n'abana.
Ariko umuhari M23 wabwiye BBC ko ingabo za leta arizo zasomboye intambara.
Intambara yatanguye gukomera kuva ejo, aho ibisasu vya rocquette vyaguye mu micungararo y'igisagara ca Goma.
Leta ya Congo iremeza ko hapfuye abantu nibura batanu, abandi benshi bagakomereka.
andikira radioitahuka@gmail.com cyangwa utubwire niba hari ibyo uzi ushaka kutubwira hano kuri radio Itahuka

facebook/ijwi ryihuriro nyarwanda/itahuka

follow us on twitter: rnc_usa

call in to listen Live 347 945 6449

Facebook comments

Available when logged-in to Facebook and if Targeting Cookies are enabled