Our Terms of Use and Privacy Policy have changed. We think you'll like them better this way.

AFRICA YEPFO YATSINZE URUBANZA KU BUHUNGIRO YAHAYE GEN KAYUMBA NYAMWASA

  • Broadcast in Politics Progressive
RadioItahuka

RadioItahuka

×  

Follow This Show

If you liked this show, you should follow RadioItahuka.
h:284593
s:6938601
archived

HOST: Serge Ndayizeye

TOPIC: ME KENNEDY GIHANA : AFRICA YEPFO YATSINZE URUBANZA KU BUHUNGIRO YAHAYE GEN KAYUMBA NYAMWASA

Uwunganira Kayumba mu mategeko, Maitre Kennedy Gihana, yabwiye BBC ko, umucamanza yasobanuye ko leta ya Afrika y'epfo yahaye ubuhungiro general Kayumba, ikurikije amategeko mpuzamakungu agenga impunzi, amategeko ya Afrika agenga impunzi, ndetse n'amategeko yo muri Afrika y'epfo nyene.

Umushingwamanza Kennedy Gihana, yemeye ariko y'uko amashirahamwe yareze, ashobora kunguruza urubanza, hamwe yoramuka adashimye iyi ngingo ya sentare.

General Faustin Kayumba Nyamwasa, yigeze kuba umukuru w'ibiro bikuru vy'igisirikare c'Urwanda, yahungiye muri Afrika y'epfo mu ntango z'umwaka wa 2010.

Facebook comments

Available when logged-in to Facebook and if Targeting Cookies are enabled