U RWANDA NA UGANDA MUGUFASHA M23 MURI CONGO

Call in to speak with the host

(347) 945-6449

h:284593
s:3941889
archived
RadioItahuka

RadioItahuka

×  

Follow This Show

If you liked this show, you should follow RadioItahuka.
REPLAY: Umugwi w'abahinga b'umuryango mpuzamakungu, ONU, uvuga ko umushikiranganji w'u Rwanda ajejwe kwivuna abansi arongoye umugwi w'abarwanyi urwanya leta ya Kongo.
Icegenyo kikiri ibanga cashikiriye ibiro bitara amakuru, Reuters, kivuga ko Uganda nayo ifashe mu mugongo M23, irwanya igisirikare ca kongo kuva mu kwezi kwa Kane.
 
Ico cegeranyo ciyongera ku casohotse mu kwezi kwa Gatandatu cagiriza u Rwanda gufata mu mugongo uwo mugwi w'abarwanyi.
U Rwanda na Uganda vyahakanye vyivuye inyuma gushigikira uwo mugwi.
Umunyamakuru wa BBC, Barbara Plet, ari ku biro vya ONU, avuga ko mu myaka hafi 20 iheze u Rwanda rwafashe mu mugongo imigwi witwaje ibirwanisho muri Kongo, nk'uburyo bwo kurwanya abarwanyi b'Abahutu bahunze nyuma ya jenoside.

Comments

 comments